Ibisuko, perike n'iyindi mishatsi yongerezwa hatowe ko birimwo utuntu dushobora gutera kansere y'ibere
- Umwanditsi, Esther Kahumbi
- Igikorwa, Akurikirana amakuru ajanye n'amagara kw'isi
- Igihe co gusoma: iminota 6
Ibisuko, perike canke ibindi vyose bijanye n'imishatsi yongerezwa miriyoni z'abagore kw'isi bishirako bishobora kubamwo utuntu dufitaniye isano na kansere (cancer) y'ibere, ihungabana...
This study exposes a critical gap in consumer protection, particularly for Black women who disproportionately use hair extensions and wigs. The strongest version of this narrative is that systemic oversight failures allow hazardous chemicals to proliferate in an underregulated industry, with economic incentives prioritized over public health. The framing leans on authority—citing scientific institutions and UN/EU classifications—to underscore urgency, but it avoids sensationalism, focusing on em...
